19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

You also want an ePaper? Increase the reach of your titles

YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.

n’iy’ifise ijambo rya nyuma mu ntwaro z’abo kw’isi, na Satani abakwegera gukora

ivy’agamba ukw’Imana ibimwemereye.

Turamaze kubona ico Daniyeli yabwiye Umwami Nebakadineza, kuko

harimw’umuco wodufasha, reka dusubire kuharaba.

Umwami Nebukadineza yishize hejuru kubera inkomezi ziwe n’ibikorwa bihambaye

yar’amaze gushikako, Imana ica itegekakw’asubizwa hasi cane kugira ngw’amenye

kw’”Isumba vyose ari yo iganza ubwami bw’abantu, kandi kw’ibugabira uw’igomba

wese, ikabwimikamwo nyarucari hanyuma ya bose” (Dan. 4:17). Vy’ukuri Imana ni yo

yashize hejuru umwami Nebukadineza mu ntwaro yiwe. Ni kw’igirira n’abandi bami

bose. Intumwa Paulo, ku vy’abami bo kw’isi, yavuze, ati “Umuntu wese

n’agamburukire abamuganza: kukw’ata kuganza kutava ku Mana, ukuriho kwagezwe

n’Imana” (Rom. 13:1).

Imana ni yo soko y’ubushobozi n’inkomezi mw’isi yose. Umuntu afise ubushobozi,

Imana ni yo iba yabumuhaye canke yahamushize ngw’ashitse ubogombe bwayo.

Abarongozi b’inkozi z’ibibi nabo? Mbega Paulo yavuzeko nabo bagenwa n’Imana?

Ego ni ko yavuze. Mur’ico cete nyene, Paulo yanditse, ati “Kukw’ivyanditswe vyabiye

farawo, ngw’’Icatumye nguhagarika n’ukugira ngo nkwerekanirek’ubushobozi bwanje,

kandi ngw’izina ryanje rivugwe hose mw’isi yose.’”(Rom. 9:17). Imana yakomantaje

umutima wa Farawo kugira ngo yimenyekanishe biciye muri we. Imana yakoze

ibitangaza vyinshi kugira ngo bimenyekanishe izina ryayo—yacishirize mu muntu

yashize hejuru arikw’akomantaza umutima.

Mbeg’ukwo kuri ntikugaragara igihe ca Yesu na Pilato? Amaze gutangazwa n’uko

Yesu atishura ibibazo vyiwe, Pilato amubwira, ati “Nta co umbarira?” Ntuzi yuko mfise

ububasha bwo kukurekura, kandi mfise ububasha bwo kukubamba?” (Yohana 19:10).

Yesu aramwishura, ati “Nta bubasha war’ufise kuri jewe, shit’ubuhawe buvuye

mw’ijuru” (Yohana 19:11, hongeweko insobanuro). Kukw’azi umutima wa Pilato, Imana

yamushize hejuru kugira ngw’ategure umugambi wo kwica Yesu ku musaraba

kand’awukurikirane.

Usomye ibitabo bidonda akahise mw’Isezerano rya Kera usanga Imana yakoresha

abarongozi bakora ikibi ngo bashitse uburake bwiwe ku bantu babukwiriye.

Nebukadineza yakoreshejwe n’Imana mu gushitsa uburake bwayo ku mahanga menshi

yo mw’Isezerano rya Kera.

Hari uturorero twinshi tw’abarongozi Imana yashize hejuru canke yabogoje muri

Bibiliya. Akarorero nko mw’Isezerano rya Kera, dusoma ivya Herodi, yananiwe

guhesha Imana icubahiro igihe bamwe mu bakozi biwe bamubwira, bati’”Ni ijwi

ry’Imana, s’iry’umuntu!” (Ivyak. 12:22).

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!