19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

You also want an ePaper? Increase the reach of your titles

YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.

Mbega Satani Niwe Ateza Ivyago n’Ihindagurika ry’Ibihe?

(Does Satan Cause Natural Disasters and Adverse Weather?)

Kuko Satani ari ”imana y’iyi si,” benshi biyumvirako ari we aganza ihindagurika

ry’ibihe kand’ari we ateza isi ivyago, nk’uruzuba, imyuzure, ibihuhusi, nyamugigima

n’ibindi. Mbeg’ivyanditswe ni ko bitwigisha? Ubugira kandi, dutegerezwa kwiyubara

ntitwubake ukwizera kwacu ku murongo umwe uvuga ivya Satani nk“igisuma

kitazanwa n’ikindi, atar’ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza” (Yohana 10:10). Ese incuro

maze kwumva abantu basoma uyo murongo bemezako kwibwa kwose, kwicwa canke

gusamburwa kuva kuri Satani. Igihe dusuzumye cane muri Bibiliya, dusanga Imana

ubwayo yica no gusambura incuro nyinshi. Turabe iyi mirongo itatu mu turorero

twinshi dushobora kuronka:

Uwushinga ivyagezwe, ari we mucamanza, n’Imwe gusa; ni yo ishobora

kurokora no guhonya (Yakobo 4:12, dushimikiye ku nsobanuro).

Ariko ndabereka iyo mukwiye gutinya: mutinye iyiheza kwica umuntu,

ikagira ububasha bwo ku mukororera muri Gehinomu. Ni koko, ndababwire,

abe ari yo mutinya. (Luka 12:5, dushimikiye ku nsobanuro.)

Ntimuze mutinye abica umubiri, badashobora kwica ubugingo: cane-cane

mutinye uwushobora guhonereza ubugingo n’umubiri muri Gehinomu (Mat.

10:28, dushimikiye ku nsobanuro).

Igihe tuvuze yukw’ibintu vyose bizana urupfu canke gusambuka ar’igikorwa ca

Satani, tuba twihenze. Har’uturorero twinshi mu vyanditswe bitwerekakw’Imana yica

kandi isangangura.

Turashobora kwibaza duti, igihe Yesu yavuga ku gisuma kiza kizanwa no kwica, kwiba,

gusambura, yarikw’avuga kuri wa Mubi koko? Ubugira kandi, dukeneye gusoma iryo jambo

twisunga ayandi arikikuje. Umurongo ur’imbere y’uwo uvugakw’igisuma kizanwa no

kwica, kwiba, no gusambura, Yesu yavuze, ati “ abanyitangiye bose bar’abasuma

n’abambuzi, arikw’intama ntizabumviye” (Yohana 10:8). Dusomye ivyo Yesu yavuze

vyose muri Yohana 10:1-15 avugakw’ari we mwungere Mwiza, bica bitahurika cane

yukw’ijambo igisuma n’ibisuma nk’uko yayakoresheje asobanura abigisha n’abarongozi

b’ibinyoma.

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!