19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

You also want an ePaper? Increase the reach of your titles

YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.

None bigenda gute ku bakristo bashikiwe n’ivyo vyago? Igihe igihuhusi gikubise,

ntikibomorera abatari abakristo gusa. Mbega abakristo ntibakingiwe uburake bw’Imana

kubera igikorwa ca Yesu ku musaraba? None twovuga gute kw’Imana ari yo ihagaze

hejuru y’ivyo bintu vyose kandi bishobora guhitana n’abana bayo ubwayo?

Ivyo bibazo biragoye koko. Dutegerezwa gutahura yukw’inyishu zitoroshe igihe

tuziyumvira igihe tugifatira k’ububeshi buvugako Satani ari we ateza abantu ivyago.

Namba Satani ari we ateza ivyago, none ni kuki Imana imwemerera kugira ibintu

bishobora guhitana abana bayo? Ikibazo kiracari ha handi nyene.

Bibiliya ivuga neza yukw’abari muri Kristo “batashiriwe ho kuranduka” (1Tes. 5:9).

Tukiri ngaho nyene, Bibiliya yongera kuvuga yuk’”uburake bw’Imana buguma ku

batumvira Yesu (Yohana 3:36). None uburake bw’Imana bwo guma gute ku badakijijwe

ntibushikire abakijijwe, kand’abakijijwe babana n’abadakijijwe? Inyishu ni, har’igihe

bidashoboka, ni ho dutegerezwa kubirwamwo.

Mu giho co Kuvayo, Abisirayeli bose baba ku ruhande rumwe, kand’ivyago Imana

yateje Abanyegiputa ntivyashitse ku bera bayo (raba Kuv. 8:22-23; 9:3-7; 24-26; 12:23).

Ariko twebwe, duherekeranye n’”Abanyegiputa.” Imana ibahanishije icago kanaka,

wumva tworusimba gute?

Kurusimba ni ryo jambo ngenderwako rituma dutahura inyishu y’iki kibazo. Naho

Nowa yarusimvye igihe uburake bw’Imana bwagaragariye mu mwuzure kw’isi,

har’ingaruka mbi yaciyemwo, kuko yaracumukuye mu kwubaka ubwato kandi yamaze

umwaka muri bwo n’ibihumbi vy’ibikoko binuka ukuntu. (kandi rero, Isezerano rya

Kera na Rishasha zivugakw’Imana ari yo yateje umwuzure igihe ca Nowa, si Satani; raba

Ita. 6:17; 2 Pet. 2:5).

Loti yararusimvye igihe igihano c’Imana caguye kuri Sodomu na Gomora, ariko

yaratakaje ivyo yar’atunze mur’ico gisagara catongowe n’umuriro n’ibizuku. Igihano

c’Imana ku bagabitanya kirakora ku bagarorotsi mu buryo bumwe cank’ubundi.

Imbere y’imyaka myinshi, Yesu yaraburiye abizera baba i Yerusalemu guhunga igihe

bazobona igisagara cabo gikikujwe n’ingabo, kukw’izoba ar’”imisi y’ukwihorana” (Luka

21:22-23)—yerekanye uburake bw’Imana butuma Abaroma bafata Yerusalemu mu

mwaka wa 70 inyuma y’ukuvuka kwa Kristo. Imana ishimwe kukw’abakristo bahunze

nk’uko Kristo yababuriye bararusimvye, arikw’ivyo basize inyuma vyaratongowe.

Mur’utwo turorero twose dutatu, turabonakw’abana b’Imana bategerezwa kugira ico

bahomvye igihe uburake bw’Imana buziririnze ku banyakibi. Kubw’ivyo, ntidushobora

kuvugira hejuru yukw’Imana idateza ivyago kw’isi kubera yuko vyononera abakristo.

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!