19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

Yosuwa 10:11; Yobu 38:22-38; Yer. 5:24; 10:13; 31:35; Zab. 78:45-49; 105:16; 107:33-37;

135:6-7; 147:7-8,15-18; Mat. 5:45; Ivyak. 14:17.

Inyishu ku Bibazo Bikeya (A Few Questions Answered)

Igihe Imana ihanisha abantu ikigoyi, umwuzure, nyamugigima, twebwe nk’ivyariho

vy’Imana, dufashije canke dutabaye ab’Imana iriko irahana?

Oya, si vyo na gato. Dutegerezwa kumenyakw’Imana ikunda bose, n’abantu iba

irikw’irahana. N’aho tudashoka tubitahura, guhanisha abantu ivyago vyerekana

urukundo rwayo. Bishoboka gute? Amagorwa ivyo vyago bizana, n’ih’Imana

igabishiriza ab’ikunda iberekakw’igororoka kand’izi guca amateka, kandi kw’icaha cose

gitegerezwa guhanwa. Imana iteza abantu imibabaro y’igihe gito kugira ngw’ikangure

abantu baboneko bakeneye Umukiza—bitume bakira ca kiyaga caka umuriro. Urwo ni

rwo rukundo!

Igihe cose abantu bagihema, Imana iba irikw’ibereka imbabazi zayo kuri bo n’aho

batabikwiriye kandi ni ko kanya ibaha ko kwihana. Kubw’imababazi no gutabara

kwacu, turashobora kwerekana urukundo rw’Imana ku bantu baziriringiwek’uburake

bw’Imana. Ivyago vyiyadukiza ni akaryo ko gushikira isi Yesu yapfiriye.

Si ko gushikira abantu n’intumbero iruta izindi mur’ubu buzima? Igihe turaba mu

bihe bidashira, imibabaro y’abashikiwe n’ivyago ntishobora kugereranywa n’imibabaro

yo gutererwa mu kiyaga caka umuriro.

Turamaze kubona yukw’abantu bemera ubutumwa bwiza kenshi igihe bari mu

mibabaro. Har’uturorero twinshi twa Bibiliya tuvyerekana, uhereyek’ukwihana kwa

Isirayeli igihe bahahazwa n’ibihugu bibanyi, ugashitsa ku mugani w’umwana

w’icangazi Yesu yaciriye abantu. Abakristo bategerezwa kubonakw’ivyago vyiyadukiza

ar’igihe ivyimburwa biba vyeze.

Reka Tuvugane Ukuri (Let’s Tell the Truth)

None ubutumwa twobwira abantu ata kintu basigaranye kuko igihuhusi canke

nyamugigima yasambuye vyose? None twokwishura iki batubajije ca kibazo benshi

bakunda kubaza? Ni kubabwira ukuri Bibiliya yigisha, no kubwira abantu yukw’Imana

Yera kand’ibashikiye ar’ingaruka mbi zizanwa n’ivyaha vyabo. Tubabwira yuk’ubukari

bw’igihuhuta na nyamugigima ar’akarorero gatoya k’inkomezi z’Imana, kand’ubwoka

bagirira inzu zabo budashobora kugereranywa n’uguhinda agashitsi bazogira igihe

bazotererwa i kuzimu. Kandi tubabwire yuko n’aho twaridukwiriye gutererwa i

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!