07.11.2014 Views

Kuvyara kurugero ukoresheje akagegene

Kuvyara kurugero ukoresheje akagegene

Kuvyara kurugero ukoresheje akagegene

SHOW MORE
SHOW LESS

You also want an ePaper? Increase the reach of your titles

YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.

Kuvyara kurugero

Ashfield Inner Metropolitan

& Training Centre

328-336 Liverpool Road

Ashfield NSW 2131

T 02 8752 4300

Kuvyara kurugero

ukoresheje

akagegene

Fairfield Multicultural Service

Suite 5, Level 2

Neeta City Shopping Centre

Smart Street

Fairfield NSW 2165

T 02 9754 1322

The Warehouse Youth Health

13 Reserve Street

Penrith NSW 2750

T 02 4721 8330

Hunter Regional Centre

15-19 Queen Street

Cooks Hill NSW 2300

T 02 4929 4485

Dubbo Rural Centre

Shop 2B

155 Macquarie Street

Dubbo NSW 2830

T 02 6885 1544

www.fpnsw.org.au

Ugomba kumenya izi

nkuru, hamagar Healthline

on 1300 658 886

Abasobanura bariho iyo

ubasavye

FPNSW0007.10.08

Kirundi/The Contraceptive Implant

Kuvyara kurugero ukoresheje akagegene

> Ni iki kuvyara kurugero ukoresheje akagegene?

Kwikingira inda ukoresheje akagegene biriho muri Australia

yitwa Implanon. Ni akagegene gatoyi karimwo inkabura

mubiri, bita progestogen, bituma bigenda bukebuke

mukugira umuntu atware inda. Akagegene bagashira musi

yurukoba mukuboko.

> Bikora neza gute?

Akagegene karakora neza ( kurenga 99% ni neza) mu

kiringo c’imyaka itatu mugihe kagumye mukibanza.

> Hari ingaruka mbi?

Abagore benshi barashobora kuja mubutinyanka

batitegrire. Ubutinyanka burashobora guhagarara,

canke bakama bajayo kenshi. Izindi ngorare zirasanzwe,

mugabo abagore bamwe barashobora kugwara umutwe,

kugira ibiro vyinshi, canke ububabare mu mabere.

> Ni nde akoresha akagegene?

Abagore benshi barashobora gukoresha akagegene. Ni

vyiza ku bagore basanga bibagira gufata ipirire kira musi.

Abagore kuvyara kurugero kumwanya muremure kandi

bikora neza. Nivyiza ku bagore bonsa abana bamaze

amayinga atandatu.

> Ninde atokoresha akagegene?

Imvo zokudakoresha akagegene zishobora: udakunda

inshinge, ntugomba ikintu musi y’urukoba rwawe, canke

iyo ufise ikibazo cu ko woja mubutinyanka utiteguriye.

> Ako kagegene bagashirayo gute?

Muganga arashira akamenyetso kukuboko. Arahanagura

kukuboko n’umuti, hama aca agutera umuti wokutumva

kugira mu ko bahaye bagashirayo ntubabare. Ako

kagegene bagatera musi y’urukoba kandi baca bagafuka

n’agatambara. Ako gatambara kamarako amasaha 24.

Harashobora kuvurirana canke kubabara hambavu yahoo

hari akagegene nk’ikiringo kirenga iyinga.

> Ako kagegene bagakurayo gute?

Umuganga ashira umuti utuma umuntu atumva aho

ako kagegene gahereza hama agaca akata akantu

gatoyi kurukoba. Baca basuka kugira ako kagegene gace

hamwe bakomeretsa canke bashobora kugakwegesha

akandi kuma. Kandi nyene aho hantu baca bahashira

agatambara kagumaho nk’amasha 24.

Ingorane zijanye nako zica zihera iyo ako kagegene

kavuyemwo. Abagore bensi baraja mubutinyanka

uko bisanzwe mu kwezi. Ako kagegene gategerezwa

kuvayo haheze imywaka itatu, kuko umuntu ashobora

gutwara inda haheze ico gihe. Akandi kagegene gasabwa

gusubizamwo mugihe cihutirwa mugihe akariyo

bagakuyeyo.

> Nihe nshobora kuronka ako kagegene ku kwirinda

gusama inda?

Bisabwa kubona umuganga kugira akwandikire

urupapuro rwako kagegene. Abaganga benshi

barashobora kubivuga ari ubwanbere mubonanye.

Akagegene kagurwa nka $ 31 ku bagore bafise Medicare.

Iyo ufise Health Care Card karazimbutse. Bashobora

kugashirayo kuri kliniki y’umuryango, canke umuganga

yaronse inyigisho zo kugaterayo.

www.fpnsw.org.au

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!