You also want an ePaper? Increase the reach of your titles
YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.
| I," ’h.~. I

LI~ ~jI:!IIIL[

nç~neho akaba ari iyo miruka itùmbera, igenda ijya muri Nil, ijya muri... (a6myoza) yew¢

mwokabyaramwe!

Ibyo bintu rero biteye agahinda murumva ko n’Abatutsi bava mu zindi Ntam zitari Bururi ha bo

batangiye guhaguruka reba ku... kugira ngo bandikire RTLM ni uko bazi ko iyi Radiyo igize...

ifite akamaro ifite n’icyo wenda yabamarira n’ubwo bari i Burundi. Hum! Nababwiye bati.., bo

baribaza bati "twibaze", hum ! Reka mbisubiremo, twibaze Abatutsi... ni itangazo ry’Abatutsi

batava mu Ntara ya Bururi, abo mu Burundi bwose bundi batari abo muri.., mu Ntara ya Bururi.

Bati "’twibaze, aya maraso aseseka kubera iki ko amaraso adaseseka i Bururi, ko inzu zidasha i

Bttruri ~

8.2

Ka amashuli yagumye yuguruye i Bururi, Ko inkoho zose z’u Burundi zirariye imiryango

y’abasoda b’i Bururi, ko ibikorwa vy’iterambere bi... bibandanya i Bururi, ko aban~aga bavura i

Bururî. ko ara mpunzi zavuye i Bururi eyanke ngo zijyeyo, ivyo vyo»e ni ukubera iki ? Ni kuki

Abatutsi bene wacu b’i Bururi hari ibintu baduhisha kandi tuzi ko dusaagiye ugupfa no gukira?

Ni kuki abasoda b’i Bururi ari bobo.., bonyene bari hein.., bariye arnahera yo gutembagaza

ubutegetsî n’Tnzego zari ubu? Ko Abahutu bo mu zindi ntara atari i Bururi baciye birara mu

Batutsi babahora igandagurwa rya NDADAYE tu... e.., tukaba twaguye mu mporero y’ivyo

tutazi kandi tutiteguriye ubu imiryango yacu ikaba yahormye none tuzohungira i Bururi twebwe

dusigaye?

Icya kabili: Tubaze abasoda ibi bikurikira ¯ NDADAYE mwamuhoye iki? Mwoba mwamuhoye

ko e... tudasangiye ubwoko? Mwoba mwamuhoye ko mudasangiye intara ? Mwoba mwamuhoye

ko yasubiriye BUYOYA ? BAGAZA na MICOMBERO? Mwaba mwamuhoye demokarasi ?

Mwoba mwamuhoye ukuri kw’iwe? Mwoba mwamuhoye Leta y’iwe ? Mwoba mwamuhoye ko

yagomba ko abasirikare bava mu Ntara zose ? Mwoba mwamuhaye ko yavuze amashuli ifunise

iwanyu ? Mwaba mwamuhoye ubwitonzi bw’iwe ? Mwoba mwamuhoye ka yagarukanye

Cassette n°O141 transcrite par OL 17