28.01.2015 Views

BasicsCard - Making purchases easy for you - Kirundi

BasicsCard - Making purchases easy for you - Kirundi

BasicsCard - Making purchases easy for you - Kirundi

SHOW MORE
SHOW LESS

You also want an ePaper? Increase the reach of your titles

YUMPU automatically turns print PDFs into web optimized ePapers that Google loves.

Kubijanye BasicsCard

BasicsCard ni Igiharuro Kiranga Umuntu (PIN) kirinda

ikarata kugira kigushoboze gusohora amahera ku

rutonde ku masoko yemejwe n’ibidandazwa bikoresha

uburyo bwa EFTPOS. BasicsCard iguha guhitamwo

kwiza n’umwidegemvyo wo kugura ibisumwa

vyankenerwa n’ibikorwa bitandukanye vy’amasoko

n’ibidandazwa vyemewe.

Noba ntegerezwa gukoresha

BasicsCard

Ntutegerezwa gukoresha BasicsCard mu gusohora

amahera yawe. Mu gihe abakiriya benshi bahitamwo

gusohora BasicsCard, urashobora guhitamwo

gusohora amahera yawe mu gitigiri c’izindi nzira, nko

gukuramwo rimwe na rimwe canke ukariha rimwe gusa

kw’iguriro. Mu gihe tuvugana nawe kw’Itunganywa

ry’Amahera uronka tuzokorana nawe ingene ushobora

gusohora mahera atunganijwe uronka. Ushobora

nokuronka canke guhindurirwa BasicsCard nshasha mu

mwanya wose woba utwituye.

BasicsCard—Ituma wewe woroherwa mu kugura ibintu 3

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!