19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

ububasha kuri Satani. Satani ashoboye gukora ic’Imana imwemereye gusa. Reka duhere

ku vyanditswe vy’Isezerano rya Kera bivyemeza.

Ibice bibiri vya mbere mu gitabo ca Yobu vyerekana neza kw’Imana ifise ububasha

kuri Satani. Aho ni ho dusoma yuko Satani, imbere y’intebe y’Imana, yarikw’arega

Yobu. Mur’ico gihe Yobu yasumba abantu bose kw’isi kwubaha Imana, maze Satani

aramwituma. Imana imenyako Satani “yashize umutima” kuri Yobu (Yobu 1:8,

har’insobanuro yanditswe muri Bibiliya y’icongereza yitwa NASB), ni ho yumviriza

ibirego Satani arega Yobu kw’akunda Imana kuber’imihezagiro yamuhaye (raba Yobu

1:9-12).

Satani yavuzekw’Imana yakingiye Yobu asabakw’imikurakw’imihezagiro yayo.

Imana na yo yemerera Satani kubabaza Yobu gushika ku rwego runaka. Mu bisanzwe,

Satani ntiyari gushobora gukora ku mubiri wa Yobu. Ariko haragez’ah’Imana yemerera

Satani kubabaza umubiri wa Yobu, imubuza kumwica gusa (Yobu 2:5-6).

Iki canditswe kimwe cerekanako Satani adashobora kugira ic’agomba. Ntiyari-

gushobora gukora no ku kintu kimwe ca Yobu atabirekuriwe n’Imana. Ntiyari gukora

no ku butunzi bwa Yobu atabihawe n’Imana. Ntiyashobora no kumwica atabirekuriwe

n’Imana. 3 Imana iganza na Satani, uhereye no gucumura kwa Adamu.

Impwemu “Yarungitswe n’Imana” kuri Sauli (Saul’s Evil Spirit “From God”)

Hari uturorero twinshi twerekana Imana ikoresha impwemu mbi za Satani zishitse

uburake bwayo mw’Isezerano rya Kera. Dusoma muri 1 Samweli 16:14: “Mpwemu

w’Uhoraho amaze kuva kuri Sauli, impwemu mbi irungitswe n’Uhoraho yama igenda

imufata bwa gikange.” Ibi vyabaye kukw’Imana yarikw’ihana umwami Sauli

kubw’ukutumvira kwiwe.

Ng’iki ikibazo canje, ijambo “impwemu mbi irungitswe n’Uhoraho” risobanura iki?

Vyoba bisigurakw’Imana yarungitse impwemu mbi kuziba mw’ijuru, canke

bisigurakw’Imana mu bushobozi bwayo yemereye abadayimoni ba Satani ku babaza

Sauli? Ndizerakw’abakristo benshi bemera ico ciyumviro ca kabiri nk’uko Bibiliya

yigisha. Igituma ivyanditswe bivugakw’iyo mpwemu mbi “yarungitswe n’Uhoraho”

n’ukw’imibabaro impwemu mbi yamuteza yari co gihano c’Imana kuri Sauli. Bituma

tuvuga yuko n’impwemu mbi ziri musi y’ubushobozi bw’Imana.

3 Iki gice cose cerekana ko Yobu atari we “yakinguriye Satani kubw’ubwoba bwiwe” nk’uko benshi bizera. Imana

ubwayo ni yo yabwiye Satani ivya Yobu muri 2:3: “Erega [Yobu] yakomeje kugororoka kwiwe gushitsa ubu, naho

wanteye kumugeseza ata co ndamuhoye” (hongeweko insobanuro). Narabivuzeko cane mu gitabo canje citwa, Igipimo

c’Imana, urupapuro rwa. 175-181, uwusoma icongereza ashobora kugisoma ku kinyamakuru cacu

(www.shepherdserve.org).

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!