19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

“Mwaziga vyinshi, mugize murtya musanga ni bike; kandi n’iyo mubizanye

i muhira ndabituvya. Biva kuki? Nik’Uhoraho Nyen’ingabo abajije. “Biva ku

ngoro yanje irekewe ngaho igihomvaguritse, namwe mweho umuntu wese

agakobereza inzu yiwe. Ni co gituma ata n’akame ijuru rikibarekurira, n’isi

ikabima ivyimburo vyayo, kandi nahamagaye uruzuba ngo rwice isi n’imisozi,

rukureho n’impeke na vino, n’amavuta ya elayo, rwice n’ibimera mu

ndimiro, n’abantu n’amasho, n’ibikorwa vyose bikoreshwa amaboko” (Hag.

1:9-11, dushimikiye ku nsobanuro).

Mu karorero ka kane twabonye, twumvise yukw’Abisirayeli ari bo batumye bagira

kigoyi kubera ivyaha vyabo, arikw’imana iravugakw’ari yo yabigize. 7

Imana iteza abantu babi ikigoyi, kandi natwe tubana na bo, ariko rero dutegerezwa

kuyigira ngw’itumare ubukene. Paulo yaremeje kw’inzara idashobora kudurandukanya

n’urukundo rwa Kristo!: “ni nde azodutandukanya n’urukundo rwa Kristo? Mbega

n’amarushwa, canke n’ivyago, canke n’uguhamwa, canke n’inzara, canke n’ukwambara

ubusa, canke n’ukuba mw’irinde, canke n’inkota?” (Rom. 8:35, hongeweko insobanuro).

Menyako Paulo atavuze yukw’abakristo batazo sonza, ahubwo yavuzeko bashobora

gusonza, n’umunyeshure agitangura kwiga ivyanditswe, amenya kw’inzara irungikwa

n’Imana mu guhana abanyakibi.

Kwumvira n’Ubwenge (Obedience and Wisdom)

Ica kabiri, dutegerezwa kwumvira no kugira ubwenge kugira ngo ntidufatwe mu

burake bw’Imana buziriringa kub’isi. Nowa yiyubakiye ubwato, Loti yahungiye ku

misozi, abakristo b’i Yerusalemu barahunze igisagara cabo; abo bose bakoze ivyo mu

kwumvira Imana kugira ngo ntibahanirwe hamwe n’abanyakibi igihe c’uburake bwayo.

Nk’ubu mbaye ahantu haterwa na nyamugigima cane, no kwiyubakira inzu ikomeye

idashobora guhenuka cank’akazu kazimbutse nsobora gusubiriza igihe gahitanywe

n’igihuhusi. Nkaca nsenga. Umukristo wese ategerezwa gusenga akamenya

kwumviriza ijwi ry’Uwo Yesu yadusezeraniye “azoduhishuriza ibigira bibe” (Yohana

16:13) kugira ngw’ashobore gukira uburake bw’Imana buziringa kw’isi.

7 Ushaka kumenya vyinshi ku kigoyi. raba Gus. 32:23-24; 2 Sam. 21:1; 24:12-13; 2 Abam. 8:1; Zab. 105:16; Yes. 14:30; Yer.

14:12,15-16; 16:3-4; 24:10; 27:8; 34:17; 42:17; 44:12-13; Ezek. 5:12,16-17; 6:12; 12:16; 14:21; 36:29; Ivyah. 6:8; 18:8). Yesu

ubwiwe yavuzekw’”Imana iha imvura abagororotsi n’abagabiranya” (Mat. 5:45). Imana ifise ububasha ku mvura.

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!