19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

Icezerwa ca #4: Satani, ‘imana y’iyi si’ afise ububasha ku kintu cose mw’isi, harimwo

na leta z’ibihugu, ivyago kama, n’ibihe.”

(Myth #4: “Satan, as ‘the god of this world’ has control over everything on the earth,

including human governments, natural disasters, and the weather.”)

Ivyanditswe bivugako Satani ari ”imana y’iyi si” nk’uko Paulo yabivuze (2 Kor. 4:4)

n’ “umutware w’isi” nk’uko Yesu abivuga (Yohana 12:31; 14:30; 16:11). Dufatiye kur’ayo

mazina ya Satani, har’abantu benshi baciye bafatiraho bavugako Satani aganza isi yose.

N’aho twabonye ivyanditswe vyinshi vyerekana ah’ukuri kuri, bitubera vyiza

gushishikara kwiga ibindi vyanditswe kugira ngo turushirizeho kubona ingene

ubushobozi bwa Satani bwashingiwe akarimbi. Dutegerezwa kwiyubara ntitwubakire

ukwizera kwacu kur’ivyo vyanditswe bine gusa biha Satani izina ry’imana,

cank’umutware w’i si.

Igihe tubandanye gusuzuma muri Bibiliya, dusanga Yesu atavuga gusa yuko Satani

ar’”umutware w’iyi si,” ariko avuga kandi yuko Se wo mw’ijuru yitwa “Umwami

w’ijuru n’isi”(Mat. 11:25; Luka 10:21, hongeweko insobanuro). Vyongeye, intumwa

Paulo yita Satani “imana y’iyi si,” ariko kandi, nka Yesu, yita Imana “Umwami w’ijuru

n’isi” (Ivyak. 17:24, hongeweko insobanuro). Ibi bitwereka yuko Paulo na Yesu

badashakako twiyumvirako Satani afise ubushobozi bwose kw’isi. Ububasha bwa Satani

burafise aho bugarukira.

Itandukaniro dushobora kubona rir hagati y’ibi vyanditswe riri mu majambo abari

mw’isi hamwe n’isi. Naho dukunda kwitiranya aya majambo, yompi ntasigura ikintu

kimwe. Dutahuye ingene atandukanye, ugutahura kwacu kubijanye n’ubushobozi

bw’Imana hamwe n’ubushobozi bwa Satani guca kwongerekana cane.

Yesu yavuze ku Mana Data nk’Umwami w’isi. Ijambo isi mu Kigiriki ni ge.

Risobanura ah’abantu baba hose, nih’ imenyesha ntara ryisunga.

Ariko Yesu yavuzeko Satani ar’umutware w’abari kw’isi. ijambo ry’ijambo ry’ikigiriki

risobanura ab’isi ni kosmos, kandi ryerekana urutonde. Rivugwa ku bantu s’umubumbe

w’isi ubwawo. Ni co gituma abakristo bavugako Satani ar’”imana y’inge isi imeze.”

Imana ntiganza ab’isi, kukw’itaganza abantu bose bari mw’isi. ikibituma n’ukw’Imana

yahaye abantu uguhitamwo uwubabera Umwami, kandi benshi bahisemwo kuganzwa

na Satani. Umwidegemvyo wo guhitamwo kw’umuntu, na wo ni umugambi w’Imana.

Paulo yarakoresheje irindi jambo ritandukanye n’isi ryitwa aion, agihe yandika avuga

kuvy’imana y’ab’isi. Aion risobanurwa igihe, ni ikiringo kanaka. Satani n’imana y’iki

kiringo turimwo.

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!