19.06.2013 Views

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

Ivyizerwa ku Ntambara Zo Mu Mpwemu, Igice ca 1 - Heaven's Family

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

Mu kurangiza ico gice ca mbere abantu bihenderako mu kuvuga kw’Imana irwana na

Satani, nagomba kuvuga amajambo akunda gukoreshwa cane: Yesu yanesheje Satani ku

musaraba. Nta canditswe kivuga ko Yesu yanesheje Satani ku musaraba.

Tuvuzeko Yesu yanesheje Satani ku musaraba vyumvikana ko barwanye, bica

vyumvikanakw’Imana adafise inkomezi zose kandiko Satani Atari musi y’ububasha

bw’Imana. Har’inzira nyinshi zemewe n’ivyanditswe mu kuvuga ivyashikiye Satani

igihe Yesu yapfa ku musaraba. Akarorero, ivyanditswe bitubwira yuko kubw’urupfu

rwiwe, Yesu yahinduye ubusa “ubushobozi bw’urupfu” (raba Heb. 2:14-15).

None Yesu yahinduye Satani ubusa kugeza he? Turaba, Satani ntiyahinduwe ubusa

rwose, ahandiho intumwa Yohana ntiyarikwandika, “isi yose iri musi yaw a mubi” (1

Yohana 5:19, hongeweko insobanuro). Nk’uko biri mu Baheburayo 2:14-15, Satani

yahinduwe ubusa ku vyerekeye “ububasha bw’urupfu.” Ivyo bisigura iki?

Ivyanditswe bivugako har’ubwoko butatu bw’urupfu: urupfu rwo mu mpwemu, urupfu

rwo mu mubiri, n’ urupfu rwa kabiri.

Nk’uko twabonye mu bice vyahera, urupfu rwa kabiri (cank’ urupfu rw’ibihe bidashira)

ruvugwa mu vyahishuriwe 2:22; 20:6,14; 21:8, kandi ni co gihe abagabitanya

bazotererwa mu kiyaga caka umuriro.

Urupfu rwo mu mubiri ruba igihe impwemu y’umuntu ivuye mu mubiri wiwe, igihe

umubiri uba utagikora ukundi.

Urupfu rwo mu mpwemu rwerekana ingene impwemu y’umuntu atavyawe ubwa

kabiri na Mpwemu Yera imera. Umuntu amaze gupfa mu mpwemu impwemu yiwe nta

migenderanire ifitaniye n’Imana, impwemu ifise kamere gapfuye, impwemu iba

inywana na Satani ku rugero runaka. Abanyefeso 2:1-3 hatwereka umuntu yapfuye mu

mpwemu akw’amera:

Namwe yarabagize bazima, hamwe mwari mupfuye mwishwe n’ibicumuro

n’ivyaha vyanyu, ivyo mwagenderamwo kera, nk’ukw’ivyi si bigenda,

mwumvira umwami w’abaganza ikirere, ni we mpwemu ikorera mu Bantu

b’intabarirwa. Kandi natwe twese twahora muri bo kera mu kwifuza

kw’imibiri yacu, tugakora ivy’imibiri n’imitima vyacu bigomba, kandi mu

kameremere kacu twar’abo kurakirwa, nk’abandi bose.

Paulo yavuzekw’abakristo bo muri Efeso bari barapfuye kubera ibicumuro

n’ibigabitanyo. Ntiyarikw’avuga k’urupfu rw’umubiri kubera yukw’abo yandikiye bari

bazima mu mubiri yabo. Nuko, ategerezwa kuba yarikw’avuga ko bapfuye mu mu mvugo

yo mu mpwemu.

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!