12.07.2015 Views

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

-; SentarE Nkuru y'Ubutungane3. De 1a HautE Cour de Justicelngingo ya 156Article 156La Haute Cour de justice estcomposee de Ia Cour supremeet de Ia Cour constitutionnellereunies. Elle est pre~sidee par Ie President de laCour supreme.~ .lngingo ya 157Sentare Nkuru y'ubutunganeigizwe n' abacamanza ba SentareNtahinyuzwa hamwe n' abacamanzaba Sentare yubahirizaIbwirizwa Nshingiro. lyoishashe, umukuru w'intaheni umukuru wa Sentare Ntahinyuzwa.Sentare Nkuru y'ubutunganeijejwe gucira ur~banza Umukuruw'igihugu igihe yahemukiyeigihugu, be niUmushikiranganjiwa mbere n' Umukuruw'lnama Nshingamateka igihebakoze ivyaha bakiranguraamabanga yabo.Abo bategetsi bamaze kwitwarirwa,abashikirizamanzan' abacamanza babishinzwe bategerezwakuba bararindirijeibindi bikorwa vyaboj bakabandanyaizo manza badahengeshanya.Ingingo zifashwe na SentareNkuru y' ubutungane ntahozungururizwa kiretse ugusabaikigongwe Umukuru w'igihugu,canke zisubiwemwo ukundigusha kubera ivyagiriji bishashabitari . vyashoboyekuboneka igihe urubanza ntabandukarwacibwa.Article 157La Haute Cour de justice estcompetente pour jugerIe President de la Republiquepour haute trahison, Ie PremierMinistre et Ie Presidentde I' Assemblee Na tionale pourcrimes et delits commis aucours de leur mandat.L'instruction et Ieont lieu toutescessantes.jugementaffairesLes .decisions de la HauteCour de justice ne sontsusceptibles d'aucun recourssi ce n'est en grace ou enrevision.lngingo ya 158Mu gihe Um·ukuru w' igihugu,Umushikiranganji wa mbere,Umukuru w'Inama NShingamatekabamaze kwi twarirwa muriSentare Nkuru y'ubutungane,baca baba barahagaritswe mumabanga yabo.lyo bagiriwe n' icaha, bacababogozwa mu mabanga yabo.Article 158Le President de la Republiqueen cas de mise en accusationpar l'Assemblee Nationale,Ie Premier Ministre et IePresident de l'Assemblee Nationaleen cas de mise enaccusation devant la HauteCour de justice, sont suspendusde leurs fonctions.En cas de condamnation, ilssont dechus de leurs fonctions.54

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!