12.07.2015 Views

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

II ~I ~ ~II~ ~~ ~II ~ ~II - IFES

SHOW MORE
SHOW LESS

Create successful ePaper yourself

Turn your PDF publications into a flip-book with our unique Google optimized e-Paper software.

Il)gingo ya 5Article 5U:nurv.:a mUKuru 1,J I igihugu ushinzwei Bujumbura. Ibwirizwarirashobora kuwimurira ahandihose mu gihugu.La capitale du Burundi estfix~e i Bujumbura. Elle peutetre transf~r~e en tout autrelieu de la R~publique par la10i.':.)"',,.-.-,' .Ingingo ya 6Article 6Ibendera ry'Uburundi rigizwen'amabara atatu: iry'urwatsirutoto, iryera n'iritukura.Rishushanijwe bwa rukiramende,rikagaburwamwo ibicp. hine.Hagati hakaba urubumbirorwera rurimwo inyenyeri zitatuzitukura zifise amasongaatandatu imwe imwe, kandizikagira inyabutatu ngereranycifise impande zose zingana,na yo ikaba mu muzingingereranyo usangiye itsinana rwa rubumbiro. Ishingiroryayo rikaba ribangabanganywen'uburebure bw'ibendera.Ibwirizwa ni ryouko ibendera rirehavyose bikenewe.ritomoran'ibindiLe drapeau du Burundi esttricolore: vert, blanc etrouge. <strong>II</strong> ~ la forme d'unrectanglE' partage par unsautoil", comportant en soncentre un disque blanc frappede trois etoiles rouges 'a six'branches qui forment untriangle equilateral fictifinscri t dans un cercle fic:tifayant Ie meme centre que Iedisque et d~nt la base estparallele a la longueur dudrapeau.:La loi precise les dimeI'\s,ronset les autres details dudrapeau.Ii<strong>II</strong>lIngingo ya 7Article 7Icivugo c'Uburundi ni Ubumwe,Ibikorwa, Amajambere.La devise du Burundi estUnite, Travail, Progreso'.-,i:'..;"'"Ikimenyetso ca Repubulikay'Uburundi ni inkinzo ishushanijekoumutwe w' intaren'amacumu atatu, vyose bikababikikijwe n'icivugo c'igihugu.Ururirimbo rwo guhayagizaigihugu ni Burundi Bwacu.Ikimangu ca Repub0likay'Uburundigishingwa ri'ibwirizwa.L'embleme de la Republiqueest un ecu frappe de la tetedu lion ainsi que de troislances, Ie tout entoure dela devise nationale.L'hymne national est BurundiBwacu.Le sceau de la Republiqueest .determine par laloi."'':'Ingingo ya 8Ururimi kavukire ni Ikirundi.Indimi zikoreshwa mu ntwaroni Ikirundi hamwe n'izindizishingwa n'ibwirizwa.Artic'le 8La langue nationale est IeKirundi. Les langues officiellessont le Kirundi etl~s autres langues determineespar la loi.'.,}8

Hooray! Your file is uploaded and ready to be published.

Saved successfully!

Ooh no, something went wrong!